Bujumbura / komine MUKIKE: Uburunimyi.

Abenegihugu.com / @Burundibwiza/ RTBB.

#Uburimyi# #KOPERATIVE Itoni zirenga 40 nizo koperative sangwe KANYUNYA isanzwe irongowe na musitanteri wa komine MUKIKE, Frédéric MANIRAKIZA, yaraye yimbuye ibiraya, kuri uwu Gatatu wo kuwa 29 Kigarama 2021, mu murima wayo ungana na 2 ha. Iyo koperative ikaba kandi yimirije kwimbura izindi hegitari zirenga zitatu muru uku kwezi kwa mbere.Mwomenyako iyo koperative sangwe KANYUNYA yabaye iya mbere mu gihugu c’Uburundi mu mwaka wa 2019.

Alexis Nimubona @ Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB

Author: abeadmin

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *