Ishirahamwe Fondation Femidejabat ( FOFE ) ryashimiye umutambukanyi w’umukuru w’igihugu ku ntege aherutse kuritera.

@Abenegihugu.com, 07.02.2021/ @Fondation Femidejabat.

Mu birori vyo gushikiriza Komite nyobozi nshasha ya Fondation Femidejabat ( FOFE ) mu gisagara ca Bujumbura, Umunyamabanga Nshingwabikorwa ku rwego rw’igihugu Nyakwubahwa Isaac BAKANIBONA, yarashikirije ibitari bike iryo shirahamwe rimaze kurangura, arongera kw’izina rya Fondation arashimira Nyenicubahiro umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Angeline NDAYISHIMIYE mw’ijambo aherutse gushikiriza aho yateye intege ishirahamwe Fondation Femidejabat ku musi wo gutanguza icese kumugaragaro ihiganwa rya Miss Burundi 2021.

  • Fyonda ngaha : VIDEO y’ijambo ry’Umunyamabanga Nshingwabikorwa wa FOFE.
  • Fyonda ngaha : VIDEO y’ijambo rya Nyenicubahiro umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Angeline NDAYISHIMIYE.

Author: abeadmin

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *