Bujumbura/ Mutambu: Ibikorwa vyo kwubaka i Hangare (Hangar) y’isoko ya Mukonko.

@Abenegihugu.com itariki 30.01.2021 / @Province Bujumbura /

Kuri uyu wagatandatu nyene igenekerezo rya 30/01/2021 haranguwe muri Zone MUTAMBU , umusozi Buhanda ibikorwa vyo kwubaka i Hangare (Hangar) y’isoko ya Mukonko. Ivyobikorwa bikaba vyatewe iteka n’umukuru wiyo Zone Nyakwubahwa Bucumi Pontien.

Iyi nkuru ni ya Ferdinand NDIZEYE@Province Bujumbura

Author: Minani Félicien Nsengiyumva

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *