0 Comment
Posted in Actualités

Umuyagankuba mugihugu ni nk’amaraso mu muntu. Igihugu kugira gitere imbere gikenera itunga kama, amahinguriro n’ibindi.

0 Comment
Posted in Actualités

Umwubahwa Hon. Alice NZOMUKUNDA yasohoye itangazo agabisha ko hari uwumwiyitirira kuri Facebook artyoza ben’icubahiro, inzego z’igihugu n’abandi bubahwa. Asaba ababishoboye ko yofatwa agakubitwa intahe mugahanga.

0 Comment
Posted in Actualités

Urumuri rw’amahoro umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yarudomekeye. i Buhumuza

0 Comment
Posted in Actualités

Ntamwenegihugu azosubira kujuragirika ata ikivi, bizokorwa n’umukuru w’umutumba.

0 Comment
Posted in Actualités Culture

Kaze Karibu Bienvenue Welcome kurubuga rw’umuririmvyi : www.femidejabat.com

0 Comment
Posted in Actualités

Ishure ry’ubuzima ku bigize ubuzima vyose, ah’uri hose mu mihingo yose y’isi, biciye kuri Radio Femidejabat ( RF ).

0 Comment
Posted in Actualités

Ibiharuro vy’ubutunzi vyakozwe birerekana ko Uburundi bugiye kwogorora : ibarabara ry’indarayi.

0 Comment
Posted in Actualités

Igihugu c’Uburundi cagiranye ama sezerano n’abagwizatunga bo mugihugu ca Quatar.

0 Comment
Posted in Actualités Culture

Le chanteur du peuple, Nsengiyumva Minani Félicien alias Maréchal Femi de j’Abat, marque un tournant historique dans la scène musicale burundaise.