Noweri n’ubunane ku bana bavukanye umugera wa Sida basanzwe bafashwa na ANSS na SWAA-BURUNDI.

Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Njerina Ndayishimiye akaba ari nawe arongoye OPDAD-BURUNDI ,yipfurije kuri uyu wa 4 Nzero 2022, noweri nziza n’umwaka mushasha wa 2022 abana bavukanye umugera wa Sida basanzwe bafashwa na ANSS na SWAA-BURUNDI.

Nyoni Schadia @Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB

Author: abeadmin

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *