Encyclopédie de la musique burundaise: umukuru wa Amicale des Musiciens du Burundi Roméo ININAHAZWE ati turiteguye gufasha.

Abenegihugu.com . Source: @RTBB./ Igitabo c’agahogo k’Abarundi.

Kurikira ikiganiro Roméo ININAHAZWE arongoye AMB na Nsengiyumva Minani Félicien aserukira imbere y’amategeko FONDATION FEMIDEJABAT n’ ishirahamwe UNABUDI ( Unisson des Artistes du Burundi et de la Diaspora ) batanze kubijanye n’igitabo c’agahogo k’Abarundi. Fyonda ngaha urabe VIDEO.

Author: abeadmin

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *