Umuririmvyi Nsengiyumva Minani Félicien alias Maréchal Femi de j’Abat: Menya zimwe mu ndirimbo yakoze Uburundi n’Abarundi batazibagira.

@Abenegihugu.com / Indwi yahariwe INTWARI mu Burundi mu mugambwe CNDD-FDD uri kubutegetsi./

Umuririmvyi Nsengiyumva Minani Félicien batazira Maréchal Femi de j’Abat ni umwe mu baririmvyi bake cane b’Abarundi b’intwari bakiriho bafise indirimbo bakoze ziririmbwa n’imiliyoni myishi z’Abarundi baba mu gihugu no mu makungu. Akarorero mu ndirimbo nyinshi yakoze ni ururirimbo ” HYMNE y’Umugambwe CNDD-FDD uri k’ubutegetsi mu Burundi : Fyonda ngaha uyumvirize, hamwe na HYMNE ya FDD ( Yafashije cane gose abarwanyi ba FDD mu rugamba rw’Abenegihugu rwo kugarukana amahoro na Demokarasi yari yaciwe umutwe n’abansi b’Uburundi mu mwaka wi 1993. Fyonda ngaha w’umunvirize .

Author: abeadmin

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *