Posted in Actualités Umwubahwa Hon. Alice NZOMUKUNDA yasohoye itangazo agabisha ko hari uwumwiyitirira kuri Facebook artyoza ben’icubahiro, inzego z’igihugu n’abandi bubahwa. Asaba ababishoboye ko yofatwa agakubitwa intahe mugahanga. Author: abeadmin Published Date: October 25, 2025 Comments: Leave a comment 60 SHARES Share on Facebook Tweet Follow us Share Share Share Share Share Author: abeadmin