NDADAYE Melchior: Umugambwe APDR (Urunani rw’amahoro n’ugusubiza hamwe) usaba abarundi kwama barimbura iragi iyo ncungu yasize.

Abenegihugu.com itariki 19.10.2021 Inkuru ya Wilson KUBWIMANA@RTBB.

#BURUNDI#POLITIKEImbere y’imisi 2 ngo abarundi bibuke igandagurwa ry’incungu ya demokarasi Melchior Ndadaye, umugambwe APDR (Urunani rw’amahoro n’ugusubiza hamwe) usaba abarundi kwama barimbura iragi iyo ncungu yasize.Gabriel Banzawitonde arongoye uwo mugambwe asaba urwaruka kwitegura kwubaka Uburundi bushasha burangwa n’iterambere, ubutungane, gusubiza hamwe, rugahaguruka nk’umuntu umwe rukirinda abashaka kurukwegera mu kaga.#Wilson Kubwimana@RTBB

Author: abeadmin

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *