Komine Kabezi: Ivyaranguwe mur’uwu mwaka urangiye n’ibigiye kurangurwa mumwaka ukurikira.

Abenegihugu.com itariki 05 Ruheshi 2021. Inkuru ya Longin Hakizimana @RTBB.

Kur’uno wa gatandatu igenekerezo rya 05/06/2021 mu nyubakwa y’amanama ya komine Kabezi hakoraniye inama aho Nyakubahwa Musitanteri afadikanije n’Abarongoye inama mpanuzwa jambo ya Komine Kabezi yashikirije imvukira n’abakunzi ba Komine, ivyaranguwe mur’uwu mwaka urangiye n’ibigiye kurangurwa mumwaka ukurikira. Mu Kabezi, Longin Hakizimana @ Province Bujumbura

Author: abeadmin

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *