Bujumbura / Coopérative Sangwe i Mugongo-Manga bazindutse kwimbura ibiraya. Nyeniteka Emmanuel SINZOHAGERA yari yahishikiye kubatera intege ku Kivi.

@Abenegihugu.com igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2021 /.

Uno musi igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2021, Coopérative Sangwe i Mugongo-Manga bazindutse Kwimbura ibiraya. Nyeniteka Emmanuel SINZOHAGERA yari yaje kubatera intege ku Kivi. @Province Bujumbura


Author: Minani Félicien Nsengiyumva

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *